Itangazo rihamagara abipfuza guhiganirwa isoko yo gutanga imise canke amavuta y'imise muri UNASCOKI
16/06/2026
ITANGAZO RYO GUSABA ABATANGA IMISE N’AMAVUTA Y'IMISE MURI UNASCOKI/ KIBONOBONO
IMVO
Urunani rw’amakoperative y’abarimyi b’igiterwa c’ikibonobono (UNASCOKI) ruramenyesha abantu bose canke amashirahamwe afise ubushobozi bwo gutanga imise canke amavuta y'imise ko rushaka abo bakorana mu gutanga ivyo bidandazwa mu kiringo kirekire.
IGICE CA MBERE : IMISE
UNASCOKI irakeneye abashobora gutanga imise myinshi kandi myiza, bakayishikana mu kibanza izohingurirwamwo kiri muri Komine Gisuru, Zone Kinyinya.
Ibisabwa :
Imise yumye neza.
Itagiramwo umwanda canke ikindi kintu kivanze nayo.
Kuba ushobora gutanga myinshi.
Kuyitanga neza hakurikijwe ikiringo cumvikanyweko.
IGICE CA KABIRI : AMAVUTA Y’IMISE
UNASCOKI irakeneye abashobora gutanga amavuta y’imise menshi kandi meza, kandi bakayashikana mu kibanza azokwakirirwamwo kiri i Bujumbura-Ngagara.
Ibisabwa :
Amavuta y’imise meza.
Atagiramwo umwanda canke ikindi kintu kivanze nayo.
Kuba ushobora gutanga menshi.
Kuyatanga neza hakurikijwe ikiringo cumvikanyweko.
IBISABWA
Abipfuza guhiganirwa aya masezerano yo gutanga ivyo bidandazwa basabwa gutanga:
Ikete risaba gukorana na UNASCOKI ryerekana neza ibi bikurikira :
1. Amazina yabo canke ay'ishirahamwe.
2. Inomero ya telephone, aho baba n’aho bakorera.
3. Ubushobozi bwo gutanga imise n’amavuta y'imise bafise.
4. Igiciro ku kilo canke kw’ilitiro kuco mwipfuza gutanga.
5. Igihe bashobora gushikirizako ibidandazwa.
AHO GUSHIKIRIZA AMADOSIYE N’IKIRINGO CO KUYAKIRA
Amadosiye azoshikirizwa ku biro vya UNASCOKI / KIBONOBONO biri i Bujumbura, Ngagara Q.10, avenue de l’OUA n°39 canke kuri email: info@kibonobono.com kuva kuwa gatatu igenekerezo rya 16/06/2026 gushika kuwa gatanu igenekerezo rya 26/06/2026.

Photos